Ikiziga c’umuntu biboneka ko kimaze iminsi mu mazi catowe ku muhingamo wo kuri uwu wa kabiri, ku nkengera z’ikiyaga Tanganyika, mu gisagara ca Bujumbura.
Ico kiziga catowe ku ruhande rwa BENUB, hafi y’ibarabara rija mu Gatumba.