Umutumiro w’amasengesho yo gusengera y’inganga ry’Imana n’Uburundi

*Umutumiro w’Amasengesho yo gusengera imitwaro y’Ihanga ry’Imana n’Uburundi*

Nkuko Uhoraho Imana yadutegetse imisi yose kuwa gatatu no kuwa gatandatu, twama dufise amasengesho yo gusengera u Burundi n’abarundi.

URUFATIRO.

« REMA UHEZE WITEGE UKUGIRANEZA KW’IMANA, UHORAHO AGIYE KWIGARAGAZA »

IBISOMWA

-ZABURI 27: 13-14

-ZABURI 25:3

-MALAKI 4:2-3

INDIRIMBO

16; 21; 36; 45; 83; 81; 94 ;354

IVYO MPWEMU AHISHURA

– Satani n’impwemu zihumanye bahagurukiye abakozi b’Imana n’abo mwihanga ry’Imana , mwiyubare kandi musenge cane.

-Mugihe abarundi benshi bugarijwe n’ibibazo bitandukanye (ubukene; inzara; uruhungo…)abantu benshi bahanze amaso ibitazobakiza. Yamara mweho, muhange amaso Uhoraho. »

-(zaburi 27:13 )ariko yitega Uhoraho hakwitega abantu; atako ararema nukoko rero nawe itege Uhoraho

– (zaburi 27:14) kuko abitez uhoraho ntibazomaramara :zaburi 25:3a gusa abahemuka atanyanduruko nibo nibo bazo maramara.

-zaburi 25:3b Abubaha Uhoraho izuba umugisha gukira gukizwa gutabarwa kugwanirwani ivyabo

-(malaki 4:2-3).

IVYO GUSENGERA

1. Abarongozi b’’Ihanga ry’Imana

2. Abakozi bari mu mirimo itandukanye, Abaremerewe, abamaraye kubera I bibazo,abagwayi,intumwa z’ihanga; ababoshwe; impfuvyi n’abapfakazi.

Ni dusangwe Imana -uburundi n’isezerano.

Bigiriwe I Bujumbura le 27/08/2018

Http : / / http://www.abisezerano.com