Twame dusuzuma imitima yacu kandi twihana

🌈UKWIHANA KWA MANASE,KUTUBERE AKARORERO🌈

2 NGOMA 33:12_Maz’abonye kw ashitse mu magorwa,yinginga UHORAHO IMANA yiwe,yicisha bugufi ashika hasi imbere y’IMANA yaba sekuruza.

IVYAHISHURIWE YOHONA 3:10_11_12_13.

10/Ko witondeye ijambo ryo kwihangana kwanje,nanje nzokurinda igihe co kugerageza,kigira kize mu bihugu vyose,kugerageza ababa mw isi.

11/Ngira nze vuba:wumire ku co ufise, ntihagire ugutwara igitsibo cawe.

12/Unesha nzomugira inkingi yo mu rusengero RW’IMANA yanje,kandi ntazosohoka ukundi,nanje nzomwandikakw izina RY’IMANA yanje,niwo JĂ©rusalem musha,wururuka uva mw ijuru ku MANA yanje,kandi nzomwandikakw izina ryanje risha.

13/Uri n’ugutwi ni yumve ico mpwemu abwira amashengero.🙏AMEN HIMBAZWA MWAMI YESU🙏