Uganda: Igisirikare ca Uganda casavye imbabazi kubera umunyamakuru wa Reuters yakubiswe

Igisirikare ca Uganda casavye imbabazi kubera ivyo cavuze ko ari imyitwarire itari iya kinyamwuga y’abasirikare, inyuma yaho umunyamakuru w’ibiro ntaramakuru Reuters akubiswe akanatabwa muri yompi aho yariko arondera inkuru mu myiyerekano yabaye ku wa mbere.

Niyo yabereye mu murwa mukuru Kampala.

Publicités