Isezerano dufise n’iry’ubuntu n’amahoro. Imana Ifise Ubuntu butangaje.

Yesaya 54:10. Isezerano dufise n’iry’ubuntu n’amahoro.

Imana Ifise Ubuntu butangaje,kandi Imana niyo Itanga amahoro. Murondere ayo mahoro,muyakurikire kugeza muyaronse. Yesu niwe mahoro yacu iyava akagera. Uhoraho Imana abahe ayo mahoro mu mitima yanyu;amahoro menshi;amahoro ameze nk ‘uruzi rutemba;amahoro ashibamira umutima n’ivyiyumviro vyawo muri Kristo Yesu.

Mugire ibihe vyiza na cane cane abizihiza isabato

Imana nyen’Ubuntu n’amahoro n’Ibahezagire.

Publicités

Un commentaire sur “Isezerano dufise n’iry’ubuntu n’amahoro. Imana Ifise Ubuntu butangaje.

Les commentaires sont fermés.