Leta y’Uburundi iguma yitegurira intambara.

Leta y’Uburundi iherutse gusinya amasezerano yo kugura ibigwanisho rutura na Leta y’uburusiya muntumbero yo kwitegurira intambara mugihe yotegwa n’ikindi gihugu. Ukwo kwitegurira intambara kubonekera mu kugura ibigwanisho no mu manama akogwa mwibanga. Bitegurira umwansi yotera avuye hanze n’uwotera avuye imbere mu gihugu.

Publicités