Afrika ikwiriye kwitondera infashanyo y’Ubushinwa.

Ibihugu vy’Afurika vyagaragaje kugirira amerwe inguzanyo bihabwa n’Ubushinwa, ariko impuguke zimwe kuri ubu zifite impungenge ko uyu mugabane uri kurengerwa n’amadeni ndetse ko ibihugu vyo kuri uyu mugabane bishobora kunanirwa kuwishura.

Kuva yatahwa mu mezi agera hafi kuri atatu ashize, inzira ya gariyamoshi ihuza Entebbe na Kampala iracari ikintu Abanya-Uganda bishimira nk’ahantu nyaburanga.

Iyi nzira ifise uburebure bwa kilometero 51 ikagirwa kandi n’ibarabara ugabanyijemwo inzira zine, ihuza umurwa mukuru Kampala n’ikibuga c’indege mpuzamahanga ca Entebbe.

Publicités