Rumonge: Hatowe ibisasu vyintambara.

Amabombe abiri, amasasu menshi n’inkoho vyari binyegejwe nivyo vyatowe n’igipolisi. Abanyagihugu bo kumutumba Gikonko muri zone Rusabagi nibo bavyerekanye kuri uwu w’Imana mu gitondo.

Publicités