Ivyo bituma umwami Hezekiya n’uwavugishwa n’Imana Yesaya mwene Amosi, basenga, batakambira Iyo mw’ijuru.

2NGOMA 32:20-21 Ivyo bituma umwami Hezekiya n’uwavugishwa n’Imana Yesaya mwene Amosi,basenga,batakambira Iyo mw’ijuru. N’uk’Uhoraho arungika malayika,atikiza abahizi bose n’abakuru n’abagabisha b’ingabo z’umwami w’i Ashuri,aho bari bashagaje. N’uk’uwo mwami asubira inyuma amaramaye. Maz’ashitse mu ngoro y’ikigirwamana ciwe,abo yivyariye bahamwicishiriza inkota.

Uhoraho yaremye ijuru n’isi yama arwanirira abari Ku ruhande rwiwe kandi bamwubaha.

Umwami Hezekiya yagezweko n’agakengerwe ko gutukirwa mubayoboke biwe,mbere atukanwa n’izina ry’Uhoraho,Imana yiwe. Nuko umwami Hezekiya n’uwavugishwa n’Imana Yesaya barasenga. Batakambira Iyo mw’ijuru. Nayo ica irungika malayika kwica abansi babo.

Ndangije nkwibutsa ko niwaba ukijijwe ufise malayika akurwanirira. Ivyo bibazo ubona,si wewe wokubinesha,ahubwo malayika agomba yikorere igikorwa cokukuneshereza. Kandi uvyizere hama usenge. Amen.

Publicités

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion /  Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion /  Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion /  Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion /  Changer )

Connexion à %s