Ihanga ry’Imana riguma rizana benshi ku gakiza kandi ribabatiza

Ihanga ry’Imana rirabandanya igikogwa co kuzana benshi kuri Yesu Kristo kandi no kubabatiza mu gihugu hagati no mu mahanga.

Woba wipfuza gufadikanya ibikogwa vy’Imana n’abandi?

Woba wipfuza gusigurigwa inzozi?

Woba wopfuza kubatizwa nawe?

Woba wipfuza kumenya ibiri mwisezerano?

Woba wipfuza gufashwa mu buryo ubu canke buriya?

Woba wipfuza gusengegwa kubera umutwaro?

Shikira abakozi b’Imana kuri izi nomero zikurikira:

+257 69595788, +251940846357, +25761404181

Umwami Yesu abahezagire.