Mwirinde inkozi z’ikibi zasubiriye kwigana ibikorwa vy’Ihanga ry’Imana ngo zihemuke

INKEBUZO KU BAKUNZI B’UMUSARABA

Yesu ashimwe Hanga Ryera ry’Imana. Shengero rya Yesu Kristo, hariho intumwa za satani zatoye kujuragiza aba-Kristo bateramiye Isezerano mukwiyandikisha udutangazo ngo hariho ayandi masengesho dutumyeko: SIVYO NI IKINYOMA. Abadayimoni nta jambo bagifise ku bana b’Imana. Muri iryo tangazo:

  1. Nti bavuga abaribo kugira ngo agahinyuza ki KARUMELI kabashikeko.
  2. Ntibashirako inomero zabo ngo Ihanga Ryera ribahinyuze.
  3. Basaba abantu kwifotoza amafoto ngo mubarungikire.
    KIRAZIRA: Ntimurwe mu mitego y’inkozi z’ikibi zibaka amafoto yanyu kuko amayeri ya satani yaramebyekanye
    Hari ico ubonye giteye amakenga, hari ico ubaza canke ugomba gutunganya ubugingo bgawe, andikira abungere bo mw’Ihanga Ryera ry’Imana:
    A. +1 605 400 5580
    B. + 257 69108130
    C. + 251 94 084 6357
    D. + 256 794 849808
    E. + 257 6140 4181
    -www.abisezerano.com
    -ihangaryimana@gmail.com
    -abisezerano@gmail.com
    UMWAMI YESU YAMAMARE!

Votre commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l’aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion /  Changer )

Photo Google

Vous commentez à l’aide de votre compte Google. Déconnexion /  Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l’aide de votre compte Twitter. Déconnexion /  Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l’aide de votre compte Facebook. Déconnexion /  Changer )

Connexion à %s