Ayo masenesho atagira uwa yatumiye ni tract, ni aya FAKE ntihagire uzoyitabira.

AMASENGESHO YA FAKE Y’AMIGANANO NTIMUYITABIRE

  1. Abavugishwa b’Ihanga Ryera ry’Imana mu Burundi no mu mahanga bose beretswe y’uko atavuye k’Uhoraho Imana.
  2. Amasengesho Uhoraho Imana yategetse gusengwa yatanguye igenekerezo rya 10 arangita kwi 12/10/2020. Ntayandi.
  3. Uwayatumiye asaba ngo abantu batange amafoto yabo. Ntimurogwe ngo mu pime kuko bagomba ayo batanga i kuzimu.
  4. Asozera abiba urwanko n’amacakubiri ngo aba na bariya bigira indongozi z’ihanga ry’Abarundi. Yesu Kristo niwe Mwami, Umurongozi n’umudereva wacu. Abandi ni bateshwe bate kandi batware batamena.
  5. Uwo mutumiro w’amasengesho ni tract n’inyandiko y’ikiburirane itagira izina ry’uwayanditse, inomero yiwe n’aho atuye.
  6. Igihe cose ubonye ibiteye amakenga, ivyiyitirira umugambi w’Imana canke ugomba gutunganya ubugingo bgawe ngo uronke uburinzi bg’Uhoraho Imana, hamagara abungere bo mw’Ihanga Ryera kuri:
    A. +1 605 400 5580
    B. + 257 69108130
    C. + 251 94 084 6357
    D. + 256 794 849808
    E. + 257 6140 4181
    -ihangaryimana@gmail.com
    -abisezerano@gmail.com
    UMWAMI YESU YAMAMARE!
    .Menyesha abandi.