Yesu Kristo niwe rukiza rwacu ijoro n’umurango

Mu gihe abantu benshi bari mu madini, amashengero n’ibihugu bitandukanye agakomye kose birukira muri ba Rumenyi no mu bahinga batandukanye; Abarundi batari bake bibaza yukoumuti w’ingorane zabo uri muri ibi na biriya. Ishengero rya Yesu Kristo Ihanga Ryera ry’Imana ryaramenye yuko ata handi umuti wabo uzova atari muri YESU KRISTO, UHORAHO kuko niwe afise ubushobozi bgose mu minwe.

Votre commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l’aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion /  Changer )

Photo Google

Vous commentez à l’aide de votre compte Google. Déconnexion /  Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l’aide de votre compte Twitter. Déconnexion /  Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l’aide de votre compte Facebook. Déconnexion /  Changer )

Connexion à %s