Radio KURO

https://chat.whatsapp.com/IkVd9iMbSt23hgXjP7wdhd

Ishengero rya Yesu Kristo Ihanga Ryera ry’Imana rifise ibicaniro vy’amasengesho amajana mu gihugu cacu c’Uburundi no mu mahanga. Igihe cose Abera bakoranye, Mpwemu Yera aruruka azanye iganuke ryo mw’ijuru.

Iryo niryo sooko ry’amakuru asamirana iminsi yose aciye kuri Radio KURO Ijwi ry’Abera. Iyi radiyo irigisha Abarundi ingene bategerezwa kwitegurira kubaho neza mu gihugu Imana yabateguriye mukurindira igihugu co mw’ijuru.

Urafise ikiraro aho hejuru ushobora gucako kugira ngo winjire mu murwi ucamwo ibiganiro vy’iyo radio.

Umwami Yesu Kristo Yamamare!