Imburi ya nyuma n’ubuhanuzi ku Barundi: Ni mwihane igihe kirageze.

🚨‼️💥🇧🇮IMBURI N’UBUHANUZI KU BARUNDI: Mpwemu w’Imana ati semerera «Muhawe iminsi 30 yo kwihana n’ukwezwa. Abo bantu bose bitazira ngo ni Ihanga ry’Imana bategerezwa gufata iyambere, abandi Barundi babarabireko. Abatagiye gufata iyo ngendo y’Ihanga ry’Imana, Umumalayika w’Uhoraho, Murimbuzi agira ace mu gihugu, mutihanye azobajaniranya n’abanyakibi. Bugira bgire kandi uwumvira azorokoka. » Ukwihana vy’ukuri ukezwa ni uguhinduka imbere […]