Imana ikomeje kubwira abasenzi batandukanye ibigiye kuba kugihugu c’Uburundi

Bene data bakundwa b’Imana muragahezagirwa n’Imana data watwese kwiteka yabateye ryokuba abakozi bayo.Ububuhanuzi mutwandikira mutwibutsa ivy’Imana yavuze k’Uburundi burimwo ukuri kwinshi. Benhsi barabwumvise ariko bukaba bwaciye inyuma yamatwi. Mbega uyumusi mwene,data wewe,wigeze kwumva ubuhanuzi ugakekeranya, kuri iyi isaha amakenga ufite ntarahera?nimb’atarahera hoba,habuze iki muvy’Imana yavuze k’Uburundi?Reka tubandanye kwibukanya ivy’Imana yavuze k’Uburundi: -Mumwaka wibihumbi2 nacumi (2010) […]