Iherezo ryaya magume ari mugihugu cacu c’uburundi.
Aha iwacu I Burundi, uko iminsi urengana niko ibihe biha ibindi. Ubukene buguma bwiyongera, inzara ikazura inzara, ubushomeri bukaba bwinshi, ubwicanyi bukarwira ndetse n’ibihuha vyoguhirika ubutegetsi bikaba vyinshi.Hambavu yivyo haravurwa impuha zintambara zitera ubwoba abantu mbere n’abari inyuma yabo bazotera bakaba bazwi neza. Ivyo bigatuma abarundi tujuragirika tukibaza duti: -hagati ya Petero Nkurunziza na Petero […]