Niwabona agacu kaziririnze nturanduke umutima, ahubwo umenye yuko ugutabarwa kwawe kuri hafi.
<<IVYAVUZWE KERA BIMWE VYARASHITSE,IBISIGAYE NAVYO BIGIYE GUSHIKA VUBA>>. IMBURI KW’IHANGA RY’ABARUNDI. Ncuti z’umusaraba,bakundwa,soma iyi mburi y’ivyo Umuvugabutumwa BEBA yeretswe ari i Gatumba mu mwaka w’1992. 1.BEBA ari Gatumba yasavye Imana kw’akwiye kuja i Burundi,aravyemererwa,mugabo Imana imubwirako atazoba mu Burundi. 2.Imana iramubwira iti:hazoba amatora mu Burundi,ariko umukuru w’igihugu azotorwa bazomwica,uwuzokurikira nawe nyene bazomwica,uwa gatatu bazomwirukako. 3.Hanyuma […]