Abarundi barabuze ihero ry’imiti.

   Abantu barabuze ihero ry’imiti. Ubu rero hadutse abantu bariko bacuruza ubuzima bw’Abanyagihugu ngo bariko barabarwanirira. Bamwe barasa bikinze ijoro kugira hanze baronke ivyo birira hanyuma bukeye abapolisi n’abasirikare bazinduka bayora inzirakarengane ata camira. Ivyo rero baronse n’amajambo bavyita ngo ni UKWANDIKISHA. Hariho akarorero k’umurongozi umwe kandi w’umunyepolitike yasutse abana bo ku mutakura, cibitoke, nyakabiga, […]