Kwugarwa kw’infashano yahabwa Leta y’Uburundi nibihugu vya Bulaya.
Amakuru yiriwe arasamirana kuvyerekeye uburundi nuko ishirahamwe rya bulaya ryahagaritse infashanyo ryahora rihereza leta y’Uburundi.Ivyo rero bigatera umunezero ntangere abasanzwe barwanya Leta irongowe n’umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza, kuberako bibaza yuko ubukene buzoca bumutuma ata akomoka. Abandi bati hazoca haba ibintu bihambaye kugirango barabe yuko ico gihano cokworoshwe. Burya ukuri gutegerezwa kuja ahabona. Bamwe bibaza yuko […]