Ubuvugishwa canke ubuhanuzi ni iki?

  Ubuhanuzi canke ubuvugishwaTuravuga ku buvugishwa mu buryo bw’impwemu Atari mu buryo bwa “sciences” canke bw’ubuhinga bwo mw’isi. Kuko iyi ni Imburi, si ubushakashatsi bwa teologiya. Iyaba twitayeho teologiya twosororongoye bibiriya tugasasa abahanuzi bose n’ivyabo, tukiga ibiringo umwe umwe wese yavugishijwemwo kugira dutorere umuti ikibazo twibajije mu ntango. Ariko si uko biri. Turaduga kw’ijambo tuvuga igikenewe […]