Akabazo kabasomyi b’isezerano

MBE KUNYWA INZOGA NI VYIZA? NI IBISANZWE CANKE NI BIBI?   Mwaramutse neza. Uyu musi twaramutse dushima Imana.Nawe fata akanya ushime.  Namye nibaza kuri iki kibazo.  Mbajije bamwe bambwira ngo inzoga ni nziza zihuza imiryango, abagenzi, zimara akanyota, zimara imanza kandi imibiri irazikeneye.  Mbajije abandi bati kunywa inzoga ni ibisanzwe kuko ntakija mu nda gihumanya ariko […]