Umwami Yesu yariyeretse amuryango ejo bundi
Aha iwacu mu Burundi hariho abantu benshi bahakana ivyubuvugishwa, Ivyiyerekwa canke ivyo kubonekerwa. Ntituzi yuko aragahimbo canke ubwibone abantu bamwe bamwe biyita incabwenge bakoresha muguhakana iyerekwa. Yesu yama yiyerekanye mubihe bigoye. Muri Siriya aherutse kwiyereka umuryango w’aba musilimu baca barihana. Ni mwisomere ababishoboye. Tyler Connell est à la tête du projet Ekballo, a sillonné les […]