Pasika yo mwisezerano rishasha.

   Abantu biteguriye kurya Pasika. None, Pasika iraribwa ? Injira mu bwato Yesu araje. Ubwo bwato ni Yesu, si umugambwe si idini si umupfumu si amafaranga, si Maraya, si inzu nziza, si Noël si Pasika si pentekoti. Jijuka. Abapagani ba kera ni bo bakora pasika uko umwaka utashe kuko ibimazi vyabo vyariamapfizi, n’inyoni n’ibindi « ngo » […]