« Komuhemuka kubera ugutwarwa n’amahera canke ayandi maronko muzohava muheza nabi nka Yuda «
Umwepisikopi w’ingozi yatanze ubutumwa bihambaye kubafise amatwi yo kwumva.Umwepiskopi w’ingozi mukurangiza inkuka ya misa y’uguhezagira amavuta; araremesheje igihugu c’Imana ngo ntidusimbwe n’umutima n’ibiguma bivurwa kuri Ekleziya mubinyamakuru n’ahandi.ATI Ekleziya ntiyonuma Ibona hari abantu bababaye kanatsinda ihamagariwe kubabarana n’abababaye non mureme kuk na Yezu yaravuze KO umusuku adasumba sebuja tukaba tuzi urwo yapfuye kandi yari mweranda.Ariko […]