Ubuhanuzi n’indemeshanyo.

« Abasomyi bacu babandanya bagira ico bavuze mukwitegurira isezerano​ »

Yesu Nashimwe , harageze Gusenga Nyagusenga Bwoko , Uwusengera Mu mpwemu , Abibere Maso , Eherabe Burije Kandi Burakeye , Twiyambure Ivyovyose Bitugora , Twiyegereje Imana. Ndabinginga Twiyubare Ntitwibuke Kuyora Twamaze Gusesa , Bana B’Imana Basi Uwudatahura Ivyimana Yavuze Canke Ivuga Nubu , Kuko Yatubwiyeko Ataco Izokora Itatwibiye Akabanga, Yiherere Mucumba Ciwe , Canke Ahariho Hose Ayibaze Ati Mana Inyuma Yiri Kanguro rigiye gushika Hazobiki ? Icotwomenya Inyonga z’Uhoraho Zirikubagororotsi kandi Amatwi Yiwe Ayabangira Ugutakamba Kwacu. 

Ubuvugishwa: Igihe Niki Cuko Intwari Zambuka , Imana Harikintu Yigeze Kuvugako:

1.Icungu zizobaho , Inyuma Yicungu 

2.Haphe Umuntu Umwumwe , Inyuma Yivyo,

 3.Hameneke Amaraso Ateye Ubwoba ,

4.Imana Iravugako Amaraso Tuzoyavogeramwo Atugera Kumavi , 

5.Kandi Imana Yaravuzeko Izohagurutsa Umurwi Wabasenzi Niwo Uzoza Kubangurukanya ,muburundi ,

 6. Imana Iravugako Igihugu Umuntu Azogihagararira Atamuntu Numwe Azomumenya , Ariko Azoba Arumuntu Mutoya , Abantu Bataziga , Egorero Ikinigihe Citwari Itwari Zemeye Ziguma Kubikorwa , Itwari Zemeye Ziratubika Uwavubi , Itwari Zitigeze Zitinya Amajambo Yubwishi , Itwari Zihanganye , Harageze Ahumuntu Wese Asengera Intahe Irimuriwe Kugira Azoyishingire Abandi Irimwamavuta , 

7.Kuko Ndibuka Imana Ivugako Abanyamahanga Bazoza Kuvoma Muburundi , Bazoza Kurahura , Kubana Bamasezerano , Numugabo Yesu Jewe Ndamwemera , Murakoze Murindwe Bwoko Bw ‘ Imana. 

Indemeshanyo: Humure Ntimubabare , Abantu Si Mana Ntibabatere Ubwoba , Kuba Mwisi Nugushikama Ugashinyiriza , Ukarwana Urugamba , Kuko Umwasi Ntiyiphuza Kukubona , Ariko Ijuru Ricarikoranya Inama Yihuta Ingabo Zi Juru Zigatonda Urugamba Rwokukurwanira , Bakundwa Akarimunda Yingoma Kamenywa Nuwayibavye Akayitanaga , Humure Inda Irakwijije Amezi Yokuvuka , Imana Irikwiharura Imisi , Imana Yamaze Kumanika Isaha Urushinge Rusigaye Gutarukira Kukaburungu , Umumalayika Ifirimbi Irimukanwa , Umumalayika Yamaze Kubangura Ukuboko , Arindiyeko Rwarushinge Rwisaha ,rurwa Kukaburungu , Yafirimbi Ivuzwe , Yankoni Ikubitwe Hagati Nahagati Mugihugu , Hanyuma Natwe Abana Bamasezerano Twigarurire Ivyotwaritwararenganijwe , Mwitegure Kwakira Umwana , Oya Oya Ntabwari Banga Kandi Ntabwaramajambo Imana Yamaze Kwinyiganza Kuntebe Ntishobora Guteba , Kuko Jewe Ndiko Ndumva Ibimenyetso , Ndikondumva Guhumurizwa , Ndikondumya Imirindi Yogutabarwa , Imana Iraje Intambara Zihere , Amahanga Yose Agiye Gusanganira Abana Bisezerano . Ni mwitegure rero, Yesu abahezagire!  

 Milliam Vyukusenge.