Twoshimir Imana ko twiriwe turi bazima.musabire abamerewe nabi muburyo butandukanye mutarobanuye uyu cank uriya* Uwuhoraho we,tabara:kukw abakubaha baheze,abo kwizigigwa baheze mubana b’abantu. Umuntu wese namugenzi we barabeshanya. Bavugisha iminwa ihemana,n’imitima ibiri.
Uhoraho agiye gukuraho :
– iminw ihemana
-n indimi zihayagiza
Ntimuzi kw’ijambo ry’uhoraho rimeze nk’icuma gihiye!
Naho bimeze birtyo uhoraho azoyuzigama,azodukiza abikigihe ibihe bidashira.
Abanyakibi bayerera hose impande zose z’isi.
Iyo hashizwe hejuru abantu b’imburakimzi mu bana b’abantu.
Bana b’imana kubutumwa bwavuzwe!! Kubugwa bwumuzo w’umukama twavyiyumviye ariko tukabandanya twizer abana b’abantu!!!!
Handitse ngo aravumwe uwizey umwana w’umuntu. Ehe burakeye kandi bugira bwire mugabo; ariko baricwa tukavyina, bagapfungwa ngo temba nteke, tukibagira k’umucamanza ari Yezu umucungunzi wacu. Mwihishe mubikore,umwijima wamy utsindwa n’umuco.
Mugire ijoro / igitondo ciza mwese mwisuzume.Haninahazwe Dawe watwese ari mw’ijuru.
Cadeau Mugisha