Naho vyagoranye kuva uburundi bucikukira gushika n’uyu munsi abarundi isinzi baguma bicwa abandi bangazwa mbere n’abasigaye mugihugu bakaguma bacugwa bufuni na buhoro, bagakubagugwa mu magorwa y’inzara, ubukene n’indwara, reka tugire tuti Isa bukuru nziza ya 55 ku barundi twese kuko Imana yo mwijuru yihagurukiye kututabara vuba.