Desire Uwamahoro azwi nkumurashi mujisho ariko yigisha umuhungu wa Presida Petero Nkurunziza yiga mwishure ry’intwazagabo Iscam, kuba intwari.

Mugihe abarundi benshi basinziriye umukondorazosi abibaza yuko bari maso nabo ni abari mubuhungiro bagaca uko bubaka arinako banasambura hakabura uwukurira uwundi; abigize ngo ni incabwege bobo bishira kuntonde ngo bazoje i Arusha kugira ibiganiro vy’amahoro mu ntumbero yo kugabura ubutegetsi n’ababufise.

Akenge kaba giti mpoze kagiye hehe? Kwizera yuko igihugu kibanyi arico kizobazana kubutegetsi! Kwizera yuko gusamburana arivyo bizobasira hejuru! Ugusamburana, akagaye, amajambo menshi no guhuruduka nivyo vyiyerekana mu barundi batari bake. Aho ntitworeka kwi gira incambwenge ngo tugarukire urukundo rw’Imana, Uburundi n’Isezerano.

Ve ibuzimu muje i buntu, iyi foto ibugurure amaso.