Ikiziga c’umutamakazi w’imyaka irenga 60 catowe mw’ijoro ryo kuri uwu w’Imana muri komine Rugombo, intara ya Cibitoke. Uwo muntu yishwe yamenyekanye.
Uwo mutamakazi azwi kw’izina rya Yozofina NAKOBAMFITIYE, abamwishe bakaba bataramenyekana.
Mu giporisi bamenyesha ko amatohoza yatanguye, abantu babiri bakaba aribo bamnaze gufatwa.