Iyi ni imihora yo hanze kandi yuguruka mu kandi kadirisha Sangira ibi na Facebook Sangira ibi na Twitter Sangira
Umugore yiturikije ku musigiti uri mu gisagara ca Maiduguri mu buraruko bushira ubuseruko bwa Nigeria, yahitanye abantu 8, abandi 15 barakomereka.
Ivyo vyashikirijwe na Ahmed Satomi, arongoye ikigo citaho abaremvye mu ntara yigenga ya Borno, ku itororokanirizo ry’amakuru AFP.
Ibitero vy’abihevyi vyahitanye abantu bane muri Cameroun