**IBIMENYESHEJWE**Ncuti namwe bakunzi b’Ihanga ry’Imana ABISEZERANO namwe mwese mwagiriwe ubuntu bwo kumenya umugambi w’Imana ku Burundi, turabaramukije amahoro y’Imana tuti SHALOM
Kuva kuri uyu wa 20/ 7/ 2017
Abisezerano babashiriye kumurongo:
1. Television y’ibiganiro vy’ubutumwa bwiza n’indirimbo z’Imana,
2. Radio Isezerano Internationale na Radio Isezerano FM,
3. Umuhora wo gucishamwo interano zanyu vyoroshe,
4 N’igicaniro c’abavugishwa aho muzohora mukura ubuhanuzi, imburi n’ubuvugishwa vyizwe neza.
Irabire, uratire ijisho kandi ugire ico ukoze ukorere Imana, ukoresheje telefone yawe canke inyabwonko kuri : http://www.abisezerano.com
Ni dusangwe Imana- Uburundi-Isezerano
**rungikira ubu butumwa abagenzi bawe bose**