Isezerano T.V. , Isezerano FM, Isezerano Internationale, Umuhora w’Intererano n’Igicaniro c’Abahanuzi.

**IBIMENYESHEJWE**Ncuti namwe bakunzi b’Ihanga ry’Imana ABISEZERANO namwe mwese mwagiriwe ubuntu bwo kumenya umugambi w’Imana ku Burundi, turabaramukije amahoro y’Imana tuti SHALOM

Kuva ejo 20/ 7/ 2017

Abisezerano babashiriye kumurongo:

1. Television y’ibiganiro vy’ubutumwa n’indirimbo z’Imana,

2. Radio Isezerano Internationale na FM,

3. Umuhora wo gucishamwo interano zanyu vyoroshe,

4 N’igicaniro c’abavugishwa aho muzohora mukura ubuhanuzi, imburi n’ubuvugishwa vyizwe neza.

Irabire, uratire ijisho kandi ugire ico ukoze ukoresheje telefone yawe canke inyabwonko kuri

http://www.abisezerano.com

**rungikira ubu butumwa abagenzi bawe bose**