« BIBILIYA YERA YA NDITSWE MU MAJAMBO MAKURU-MAKURU INSOBANURO ZA YOSE MU NYANDIKO NTIYOTWARITSE » Anselme, Nyawita, Yaragwira 19. 07. 2017
1 AB’ I KORINTO 15: 39- 45.
Inyama zose si zimwe; iz’ abantu zir’ ukwazo, n’ iz’ inyoni n’ ibisiga zir’ ukwazo, n’iz’ ifi zir’ ukwazo. 40 Kandi har’ imitumba yo kw’ ijuru n’ imitumba yo kw’ isi: arik’ ubwiza bw’ iyo kw’ ijuru bur’ ukwabwo; n’ ubw’ iyo kw’ isi bur’ ukwabwo. 41 Ubwiza bw’ izuba bur’ ukwabwo, n’ ubwiza bw’ ukwezi bur’ ukwabwo, n’ ubwiza bw’ inyenyeri bur’ ukwabwo: kand’ inyenyeri ntinganya ubwiza na mugenzi wayo.
42 N’ ukuzuka kw’ abapfuye ni nk’ uko: habibwa ikibora, hazurwa ikitabora; 43 habibwa igikengerwa, hazurwa ic’ icubahiro; habibwa ikinyantege nke hazurwa ic’ inkomezi; 44 habibwa umubiri w’ inyama, hazurwa umubiri w’ impwemu. Asangwa harih’ umubiri w’ inyama hariho kandi n’ uw’ impwemu. 45 Kand’ uko ni ko handitswe, ng’ Umuntu wa mbere Adamu yabaye ufise ubugingo; Adamu wo hanyuma yabaye impwemu itanga ubugingo.
A bantu benshi barimwo abigiye ivy’ u bwenge bw’ i bintu n’ a bantu, hari ica bananiye kwemera n’ a bakijijwe kandi Imana yishimiye kubw’ i bikorwa vyabo vyiza n’ i ngeso nziza zabo ariko vyananiye kwemera; hari u kw’ izera, hakabaho u gupfa kw’ izera ; u kwizera i bikorwa vyivyo wizera nivyo bikwizeza neza cane ico wizera ki kakubera uko wacizeye kuko uragikorera atari nk’ i bicu vy’ i ntunda, u gupfa kw’ izera urizera ariko biba ivyo kumunwa mu mutima ntivyicaye kandi mu mutima uhakana ivyo wizera kumunwa. Yesu Kristo hari amajambo ya yigishiriza ku bamurwanya ba bafarisayo rimwe muri menshi yagira artya : Kuberiki mushaka kugira u kwizera kuri birya bihanitse ariko mu kananirwa no ku kugira kuri gitoya = u hereye kuri Abeli ariwe ya baye u wambere ya banjirije abandi bakurikiye gupfa u gashitsa na bugingo no ku wa nyuma kubw’ u rutonde rwa bibiliya yera, u koresheje u guharura ku bw’ u mwana w’ u muntu i myaka i haciye Abeli apfuye ni myishi, biroroshe ku bisoma no ku vyizera kumunwa ivyo kuzuka kw’ a bapfuye i myaka myishi i haciye ariko ukabura u kwizera kuwugeze kumpfiro canke u wapfuye haciye imyaka musi ya cumi canke musi y’ i tanu yizeye ko vyoshoboka kw’ abaho, iyo u bisoma mu gitabo ca bibiliya yera kuko kizwi i binjana vy’ i myaka i haciye yuko ari i jambo ry’ Imana, ariko Imana irazi cane gose benshi ko bitari mu mitima.
Nicogituma Imana ya banje gushiraho u buryo bwiza cane imbere yuko Ijuru rigera kandi rikazosubirizwa n’ ijuru rishasha , u wuhuse kwibaza yo kwibaza ati; Iyi si kw’ i zosubirizwa Isi nsha ariyo Yerusalemu nsha kandi izwi ko izokunjwa nk’ u muzingo kuko ishaje kubw’ i biyibako nuko idashobora kubako u bushobozi bwo kurinda u bwiza bwa Yesu Kristo, Ijuru Imana i vyagiyemwo ubu rizosubirizwa risha rihowe ikihe caha canke irihe kosa canke iyihe mpamvu; Ariko imbere yuko Ijuru rihaba hazobanza isi nsha. Hari vyinshi abizeye bibiliya yera bakijijwe bashimwa n’Imana kubw’ i bikorwa vyiza vyabo n’ ingeso nziza zabo ariko Imana ifise ico i bagayako kuko harivyo batizera vyayo kubw’ u buto bw’ i mitima yabo kuvyo bashingiye akarimbi kwarivyo bikenewe; hariho i mice i tatu; Abakerubi, Abaserafi, Ibinyabugingo; u buryo Abakerubi n’ Abaserafi baremwe biteye u bwoba cane ku buryo wo kwibaza n’ i vy’ i bisatani-satani na rirya Imana iza kwemerwa kwariyo i vuze canke i koze habanje gukekwa Satani; hari abo vyerekwa batazi ko arivyo Imana ya remye bakavyitira satani, hakabaho n’ i binyabugingo vya Ofanimu arivyo Amakurudumu asobekeranije vy’ i Nyawizinguriza vyuzuye amaso hose umukerubi ari muri vyo afise mu maso hane, u mubonye wa huta kuvuga yuko u bonye Satani, kuko ataho tumenyereye kumva Inkukuma ivuga nk’ umuntu, Intambwe ivuga ijwi ry’ u muntu, kandi hari i bivuga ijoro n’ u murango bitaruhuka biti; Uwera, Uwera, Uwera, uburyo biremwe ni mwishusho z’ i bikoko na bantu, wo bibona u tabanje kuvyigishwa wo huta kuvyita Satani; nicogituma mw’ isi nsha imbere yuko Ijuru risha riza, hazobaho u kuvuga kw’ i bikoko nka kera muri Edeni, inzoka zikurweko i gihano co kugendesha inda hasi zisubire kugenda zihagaze, i bitavuga bizovuga, birtyo; ni vyaremewe mw’ ijuru bizobasha kwemerwa kwar’ i cubahiro Imana yiremeye. Niko nivyo kuzuka kw’ a bapfuye kumeze, Damascene Gakwaya ya ravugishijwe muri make i vy’ a bazozurwa mu burundi bushasha, nuko Imana ibona benshi ba vyizera kuminwa ariko mu mitima bitariyo. Amahoro. Shalom