Uwari asanzwe ari umuyobozi wa Banki nkuru y’igihugu c’Uburundi, Jean CIZA yagenwe kandi ku ncuro ya kabiri mu burongozi bw’iyo banki, kw’itegeko ry’umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA inomero 100/153 ryo kw’igenekerezo rya 9 Myandagro 2017.Jean CIZA agiye gutwara ibanki nkuru y’igihugu BRB (Banque de la Republique du Burundi) yari amaze imyaka 5 atwara kuva igenekerezo rya 9 Myandagaro 2012.