

Ejo hahise kuwa mbere abarundi bari mumakambi y’impunzi mugihugu ca Tanzaniya barashiragijwe n’igipolisi aho bari bagiye kubiro biraba impunzi HCR kubaza igituma batakigaburigwa nkuko vyahora. Bamwe muribo barakomeretse. Aha mwomenya yuko iyo batishwe n’abanyagihugu ba tanzaniya bakubagugwa n’abanyamihari bigihugu ca ntanzaniya. Ubu naho bagiriza ishirahamwe mpuzamakungu riraba impunzi kuba ritakibagaburira uko bikwiriye.