Abarundi b’intega na marangara bariko baribuka ubwicanyi bwakozwe na Leta kuri 15/08/1988

Aho abakirisu ba Kiliziya katolika bahimbaza iduzwa mw’ijuru rya bikira Mariya, abarundi batari bake nabo bariko baribuka ubwicanyi bwahitanye abarundi isinzi muri ntega maragara kwigenekerezo rya 15/08/1988