Dutumbere Yesu wenyene tubone gukira.

🌈DUTUMBERE YESU WENYENE🌈ABAHEBURAYO12:1_2.NUko natwe,ko dukikijwe n’igipfungu c’ivyabona kingana girtyo twiyambure ibituremera vyose, n’icaha gikunda kutwizingirako vuba,dusiganirwe Ivyo twashizwe imberbe twihanganye

.2.dutumbereye YESU WENYENE,ni we nyanduruko. Yo kwizera kandi ni we yagusozereye; uwo,kubw’umunemzero twashizwe imberbe ,yihanganiye umusaraba,ntiyagira ikindi isoni zawo,avyagira i buryo bg’intebe y’IMANA👏AMEN👏