Amahoro y’Imana abane namwe.Tuve mumikino:Abantu beshi ivy’Imana ntibakibiha agaciro Isi iri mumudamararo udasanzwe.
Iki gihe abantu bikundira Ibibashimisha nyamara Isi iriho igana kumusozo.
Umubwiriza12–13-14
Iyi niyo ndunduro yijambo, vyose vyarumviswe.
wubahe Imana ukomeze AMATEGEKO YAYO kuko ivyo arivyo bibereye umuntu wese.
14Kuko Imana izazana umurimo wose mumanza nigihishwe ariciza canke ariki.
Dukwiye Gusenga Isengesho ryo kwihana riturutse kumutima kuko ariryo Imana yishimira.
kandi Dukwiye kwimenyereza gucika kucaha nigisa naco.
harakaga gategereje abadashaka kwihana no gucika kucaha burundu.
abaheburayo 12–1
Twimenyereze gusenga hakiri kare ntarwitwazo narumwe tuzogira Imbere y’Imana.