UMUTUMIRO WOGUSENGA KUBO IHANGA RY’IMANA ABISEZERANO BOSE AHO BARI MUGIHUGU NO KWISI YOSE.
Muntu wese urindiriye Isezerano, Imana yasavye yuko aho muri hose mwogerageza tukagira amasengesho y’indwi yose kuva ejo kuwambere gushika kuwa mbere w’indwi iza.
I. IBIMENYESHEJWE:
1. Si ngombwa ngo musenge muri mu mafungo keretse uwobihabwa kugiti ciwe.
2. Kira munsi wofata umwanya mugitondo sa Sita no kumugoroba wo kuba imbere y’Imana ivyumwihariko.
II. IBISOMWA N’INTUMBERO:
1er jr : ezira 8:21;zaburi 12: 7-8 ;Esiteri 4: 15 -17
Gusengera: kugira ikiganza cizakumana.kwunvirwa n’Imana
2em jr : Yosuwa 1: 10 -18 ; Nehemiya 2 :17 – 20
Gusengera: Kwitegurira kujabuka, kwirinda ubugarariji no Kwitegurira kwubaka
3eme jr : 2NGOMA20:3-15; Imigani 21:3; Yohana 7:34
Gusengera : kurondera uhoraho n’umutima ukunze, kunesherezwa n’Imana, kwibutsa Imana, amasezerano no kunyegezwa n’Imana
4eme jr :Yesaya 38:1-7 ; Ivyak 9:36-41
Gusengera: kwizera Imana ko ishoboye vyose no Gusaba kwongerezwa kwizera
5eme jour :1Abami 2:16; 1Abami 8: 38;Yesaya 33:7
Gusengera: Gusaba ico cose mugomba ko Imana ikorera ihanga
6em jr: Itang 49: 8; 1Ngoma 29 :10-17
Gusengera: Gushima Imana twibuka ivyo yadukoreye twitez ko n’ibindi izobikora
7em jr : 2NGOMA 20 : 19 ; 2 Ngoma 20:22; Daniel 2: 23; ivyahishuwe 15:24
Gusengera: Guhimbaza imana, Kwitega insobanuro yivya sengewe.
Ni dusangwe Imana-Uburundi n’Isezerano
Bujumbura 27/08/2017