đBWIRA ABANDI KO YESU AGIRA NEZAđZABURI. 99:1.Uhoraho arahangamye;amahanga ahinze agashitsi!Avyagira lu Bakerubi;ISI iranyiganyiga! 5.Ni mushire hejuru Uhoraho Imana yacu.Mwuname mur’imbere y’indava yo musique y’ibirenge vyiwe: niwe yera. 9.Ni mushire hejuru Uhoraho,Imana yacu,musengere ku murwa wiwe wera : Kuk’Uhoraho,Imana yacu,ar’uwera.đAMENđ