_Bakundwa, nk’ukw’ Iyaduhamagaye ar’IYERA, natwe umugambi wo kuba abera ntituwinjiremwo ku gahato canke nk’uko umengo Ishengero riratubaniiiiyeeee, nk’uko umengo Ijambo ry’Imana rirakavyaaaaađđ!!!__Ijambo ry’Imana ico rivuga COOOOSEEE NI CO UKURI KWUZUYE:_
Yakobo yaduhanuye ngo : »TWAKIRANE URWEZE IJAMBO RY’IMANA RITEWE MURI TWEBWE KUKO RIFISE UBUBASHA BWO GUKIZA UBUGINGO URUPFU RWA 2 IYO TURYAKIRIYE TUBIVANZE NO KWIZERA YESU. »_
*_ »IMANA Itegeka ko tweeeezwaaa m’uburyo 3: »_*
1.Impwemu yawe itegerezwa kwezwa nimba ushaka kuzoja mw’Ijuru,
2.UBUGINGO bwawe butegerezwa kwezwa na bwo nyene nimba ukeneye kuzoshika mw’Ijuru,
3.Ntihagire uwukubesha ngw’Imana Iraba m’umutima gusaaađđł!!#
Barya n’abigisha b’ABACA NDYA!!! IMANA yabo n’indađł!!!
Bakeneye kwirundanyako abantu!!!
*_Soma muri 1 Tesalonike 5:23 havuga ngo:Kand’Imana Nyen’amahoro Ibe ari yo Ibeza rwoooose: kand’Impwemu yanyu n’ubugingo n’umubiri VYOOOSE HAMWE BIZIGAMWE, NGO BIZE BISANGWE BITAGIRA UMUGAYO, AH’UMWAMI WACU YESU KRISTO AZOZIRA. »_*
_Ivy’urafise umwidegemvyo wo kubikora : »UKEEEEZWAAA », kand’urafise n’umwidegemvyo wo kutabikora: « UKIYANDUUUUZAAA UK’USHSTSE KWOOOSE. »_
*_Ariko, wam’ubizi yuk’uzoshirwa m’urubanza rw’ivyo vyose._*