Kirundo: Abantu babandanya kwicana bahanye uburozi, 4 bishwe.

KIRUNDO commune BUGABIRA colline NYAMABUYE s/colline Bwiza abantu bane bo mumuruango umwe barapfuye bishwe nimvuzo bariye zirimwo uburozi bari bazikuye kwa BARIBUTSA Fidel 58ans bazihawe numugore wiwe MUKAMANA Alphoncine 45ans dimanche le 27/08/2017 MUKASHAKA Immaculee 33ans niwe yazihawe ngo azozigiremwo ubuyi kubera batafise ivyo bafungura bukeye le 28/08/2017 umwana wiwe GASORE 3ans azihako arazirya aca arapfa ariko ntibamenye ko arizo zimwishe bavuye kumuhamba niho baca bakora ubwo buyi baranywa ,MUKASHAKA Immaculee 33ans nyina wa GASORE, NSENGIYAREMYE Joseph 11ans mukuru wa GASORE na TWAGIRAYEZU Etienne 4ans mwenewabo kuri sewabo baca bapfa mwijoro rya le 29/08/2017 unomusi le 30/08/2017 mugatondo NTAHOMVUKIYE Christine 70ans inabukwe wa MUKASHAKA nawe aca anywako nimpaka ngo ntaco acera twasaze arko asambagirika tumujana kwa muganga CDS NYAMABUYE aca acikanirayo bosehamwe ni batanu(5)bapfuye OPJ hahageze agira constant;twasize muminwe BARIBUTSA Fidel 58ans numugore wiwe MUKAMANA Alphoncine 45ans bari mukabiriti kuko imvuzo zavuye iwabo . Amatohoza arabandanya