Amabanga ya satani yamenetse niwe azibira imigisha y’igihugu.
AMABANGA Y’IBITUMA AMASEZERANO ATANGIRWA NTASHIKEUmuntu akorana n’ubushobozi bg’ikuzimu, asanzwe akorera mu bihugu cumi n’umunani vyo kw’isi, vyamwanse munda kubera ibibi amaze gukorera abasenga araheza aserura amabanga y’ivyo bakora atuma amasezerano y’Abarundi ateba kwambara umubiri agashitswa. Burya abantu bakorana na satani baragisibije. Abo baja mu bgami bg’ikuzimu bakarondera ubushobozi bgo kuganza abantu baremwe n’Imana bakoresheje amangetengete. […]