Menya Ijambo ry’Imana kandi wuzure Mpwemu Yera.

KUMENYA IJAMBO RY’IMANA NO KUZURA MPWEMU YERA. « Umurwanizi aramubgira, ati Ni waba ur’ Umwana w’Imana, bgira iri buye ricike umutsima. Yesu aramwishura, ati Vyanditswe ng’ Umuntu ntatungwa n’umutsima gusa. »[Luka 4:3-4] Abantu benshi barazi ijambo ry’Imana, kandi nivyiza, ariko ntibikwiye kugarukira ku kuri Menya gusa,ahubwodukwiye gusenga Imana ikadushitsa ku yindi ntambwe yo kwuzuzwa Mpwemu Yera. Usomye […]