Nyamugigima yumvikanye ku muhingamo mu gisagara ca Bujumbura.

Hari ku masaha yo kumurongo aho nyamugigima yumvikanye ku masaha yo ku murango. Hariho abatayumvise mu gisagara hagati kubera bari mu rwamo rwinshi, mugabo abandi bayumvise kandi bibatera ubgoba. Iyo nkuru y’iyo nyamugigima yaciye ihanahanwa n’abarundi iyo bari kw’isi hose bamwe bamwe bahora baca bayifatanya n’ivyo bizera bavuga yuko bagendereje canke n’ivyo bipfuza. Ije ikurikirana […]