« Agatikizo nkako karabashitsemwo Barundi » Umuvugishwa w’Umurundikazi yabonekewe.

Tumaze imyaka irenga icumi twigisha Ihanga ry’Abarundi amasezerano Imana yahaye ihanga ry’Abarundi. Abavugishwa batandukanye baravugishijwe ibintu biteye ubgoba kandi vyose vyarashitse nk’uko vyari vyavugishijwe. Aha twobabarira nk’ivyerekeye (1) imyiyerekano yo mu 2015 n’igerageza gutembabagaza ubutegetsi bga Petero Nkurunziza, (2) Urupfu rwa Petero Nkurunziza, (3) Ubukene, ubusuma, inzara, akarenganyo n’ubutegetsi butorohereza abeneguhugu inyuma y’intwaro ya Petero […]