Léonce Ngendakumana avuga ko Gélase Ndabirabe ari mu banyuruje amafaranga yari agenewe kurwanya ikiza COVID19
Uwahoze arongoye inama nshingamateka y’u Burundi Léonce Ngendakumana avuga ko biteye isoni kumva umukuru w’inama nshingamateka Gélase Ndabirabe hamwe n’umushikiranganji ajejwe ikigega ca Leta bifatira mu gahanga abashingamateka bari kubaza irengero ry’amafaranga yari yagenewe kurwanya ikiza Covid -19 hama Gelase ndabirabe agashigikira uwurongoye ikigega ca Leta akamukingira ikibaba ngo ntakwirikiranwe vyerekana ko bayasangiye. N’inyuma yaho […]