Ukwizera no gukora n’ivyo bishikana ku ntsinzi no gushitswa kw’amasezerano.

KWIZERA HAMWE NO NO GUKORA NIVYO BIZANA INTSINZI. « Maze Dawidi atuma ukuboko mw isaho yiwe, akuray’ ibuye, ariteresha wa mugozi, arinega uwo Mufilisitiya mu ruhanga, rimwiteramwo, aca yikubita hasi yubamye.”[1Samweli 17:49] Iyi ni intambara yabaye hagati ya Dawidi na Goliyati. Goliyati yari yateye ubwoba bose, nta n’umwe mu bisirayeli yumva yomwihanga kuko cari ikigatanya. Dawidi […]