Mu gihugu abategetsi bafata ingingo zisuzuguza inzego z’igihugu na beneco

Abantu benshi batandukanye ari abatavuga rumwe na leta n’abari muri leta no mu mugambge uri ku butegetsi bagize ico bavuze kw’urwo rwandiko rw’Umukuru w’Inama Nshingamateka mu gihugu c’Uburundi. Tubashikiriza ivyo abashigikiye leta bari ni mu nzego z’igihugu biyumvira. Uwambere yagize ati: “ Naho ibintu nk’ibi tubiraba tukabiterako inkuru, ni kimwe muri vyinshi vyerekana yuko ubuntu […]